Matayo 26:52, 53 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 Yezu aca amubwira ati: «Subiza inkota yawe mu rwubati*+, kuko abarwanisha inkota bose bazokwicwa n’inkota+. 53 Wibaza yuko ntoshobora gusaba Dawe ngo andonse ubu nyene legiyoni* z’abamarayika zirenga 12+? Yohani 18:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ariko Yezu abwira Petero ati: «Subiza inkota yawe mu rwubati*+. Mbega simbwirizwa kunywa ku gikombe Dawe yampaye+?»
52 Yezu aca amubwira ati: «Subiza inkota yawe mu rwubati*+, kuko abarwanisha inkota bose bazokwicwa n’inkota+. 53 Wibaza yuko ntoshobora gusaba Dawe ngo andonse ubu nyene legiyoni* z’abamarayika zirenga 12+?
11 Ariko Yezu abwira Petero ati: «Subiza inkota yawe mu rwubati*+. Mbega simbwirizwa kunywa ku gikombe Dawe yampaye+?»