Matayo 27:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Bamaze kumumanika, baca bagabura impuzu ziwe* bakoresheje ubupfindo+, Mariko 15:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Hanyuma baramumanika, baca bagabura impuzu ziwe bakoresheje ubupfindo, kugira bamenye izo umwe wese atwara+. Luka 23:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Mugabo Yezu avuga ati: «Dawe, bababarire kuko batazi ivyo bariko barakora.» Vyongeye, bapfindira impuzu ziwe kugira bazigabure+.
24 Hanyuma baramumanika, baca bagabura impuzu ziwe bakoresheje ubupfindo, kugira bamenye izo umwe wese atwara+.
34 Mugabo Yezu avuga ati: «Dawe, bababarire kuko batazi ivyo bariko barakora.» Vyongeye, bapfindira impuzu ziwe kugira bazigabure+.