Zaburi 2:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Kubera iki amahanga ari mu ruhagarara,n’imigwi y’abantu ikaguma ivugira mu ntamatama* ibitagira akamaro+? 2 Abami b’isi bahagurutse,n’abategetsi bakurubakuru bakoraniye hamwe*+kugira barwanye Yehova n’uwo yarobanuye*+.
2 Kubera iki amahanga ari mu ruhagarara,n’imigwi y’abantu ikaguma ivugira mu ntamatama* ibitagira akamaro+? 2 Abami b’isi bahagurutse,n’abategetsi bakurubakuru bakoraniye hamwe*+kugira barwanye Yehova n’uwo yarobanuye*+.