Ivyakozwe 2:44, 45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 Abemeye Yezu bose bari kumwe kandi basangira vyose. 45 Baragurisha amatongo yabo n’ivyo batunze+, bakagaburira bose ibivuyemwo, bisunze ivyo umwe wese yaba akeneye+.
44 Abemeye Yezu bose bari kumwe kandi basangira vyose. 45 Baragurisha amatongo yabo n’ivyo batunze+, bakagaburira bose ibivuyemwo, bisunze ivyo umwe wese yaba akeneye+.