Matayo 28:2, 3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Hari habaye nyamugigima ikomeye, kuko umumarayika wa Yehova* yari yamanutse avuye mw’ijuru, atembagaza ca kibuye maze acicarako+. 3 Yarakaka nk’umuravyo, impuzu ziwe na zo zikera nk’urubura*+.
2 Hari habaye nyamugigima ikomeye, kuko umumarayika wa Yehova* yari yamanutse avuye mw’ijuru, atembagaza ca kibuye maze acicarako+. 3 Yarakaka nk’umuravyo, impuzu ziwe na zo zikera nk’urubura*+.