Itanguriro 37:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Baca bakura Yozefu muri ca kinogo maze bamugurisha ifeza* 20+ ku badandaza b’Abamidiyani*+ bariko bararengana. Abo Bishimayeli baca bajana Yozefu mu Misiri. Itanguriro 45:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yozefu ababwira ati: «Nimunyegere.» Na bo baramwegera. Abandanya ati: «Ndi Yozefu mwenewanyu, umwe mwagurisha mu Misiri+.
28 Baca bakura Yozefu muri ca kinogo maze bamugurisha ifeza* 20+ ku badandaza b’Abamidiyani*+ bariko bararengana. Abo Bishimayeli baca bajana Yozefu mu Misiri.
4 Yozefu ababwira ati: «Nimunyegere.» Na bo baramwegera. Abandanya ati: «Ndi Yozefu mwenewanyu, umwe mwagurisha mu Misiri+.