Yohani 15:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye. Nabatoye kugira mubandanye kwama ivyamwa kandi ivyamwa vyanyu bigumeho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+.
16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye. Nabatoye kugira mubandanye kwama ivyamwa kandi ivyamwa vyanyu bigumeho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+.