Zakariya 11:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Maze mbwira abantu nti: «Mubishimye nimumpembe, mutabishimye na ho mureke.» Baca bampemba* ibiceri 30 vy’ifeza+. Matayo 26:14, 15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umwe muri bamwe cumi na babiri, ari we Yuda Isikariyoti+, aca aja ku bakuru b’abaherezi+, 15 ababwira ati: «Mumpa iki ngo ndamubahe+?» Bumvikana kumuha ibiceri 30 vy’ifeza+.
12 Maze mbwira abantu nti: «Mubishimye nimumpembe, mutabishimye na ho mureke.» Baca bampemba* ibiceri 30 vy’ifeza+.
14 Umwe muri bamwe cumi na babiri, ari we Yuda Isikariyoti+, aca aja ku bakuru b’abaherezi+, 15 ababwira ati: «Mumpa iki ngo ndamubahe+?» Bumvikana kumuha ibiceri 30 vy’ifeza+.