ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 27:5-8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Aca aterera vya biceri vy’ifeza mu rusengero, hanyuma aragenda ariyahura+. 6 Abakuru b’abaherezi baca batora ivyo biceri, bavuga bati: «Ntivyemewe ko tubishira mu bubiko bweranda bw’itunga, kuko vyaguze amaraso y’umuntu.» 7 Bamaze kuja inama, baca babigura itongo ry’umubumvyi kugira baze bararihambamwo abantu b’ingenzi. 8 Ni co gituma iryo tongo ryiswe «Itongo ry’amaraso+» gushika n’uyu musi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika