12 Maze umugabo yitwa Ananiya yubaha Imana nk’uko amategeko abisaba, akaba yavugwa neza n’Abayuda bose babayo, 13 aza aho ndi. Ahagarara iruhande yanje, ambwira ati: “Muvukanyi Sawuli, humuka wongere ubone!” Uwo mwanya nyene nca ndakanura ndamubona+.