ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Mugabo Yehova abwira Samweli ati: «Nturabe uko asa canke uko areha+ kubera ko ntamushimye. Kuko Imana itaraba nk’uko abantu baraba. Abantu baraba ibiboneka inyuma, mugabo Yehova we araba mu mutima+.»

  • 1 Ngoma 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Nawe Salomo mwananje, nurondere kumenya Imana ya so kandi uyikorere n’umutima wawe wose*+ be n’umutima uhimbawe*, kuko Yehova asuzuma imitima yose+ akamenya imigambi* yose umuntu afise mu mutima n’ivyiyumviro vyiwe+. Niwamurondera uzomuronka*+ mugabo niwamuheba na we azoguheba ibihe vyose+.

  • Yeremiya 11:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Mugabo Yehova Nyeningabo aca urubanza mu bugororotsi.

      Asuzuma ivyiyumviro biri ibwina* hamwe n’umutima+.

      Ese nobona ukuntu ubihora,

      kuko ari wewe nashikirije imburano zanje.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika