ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Nibatabakira canke ngo babumvirize mu nzu kanaka canke mu gisagara kanaka, muvuyeyo muzoce mukunkumura umukungugu uri ku birenge vyanyu+.

  • Luka 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ahantu hose abantu banse kubakira, muvuyeyo muzoce mukunkumura umukungugu uri ku birenge vyanyu, kugira bibabere icabona kibagiriza+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika