Matayo 9:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Amaze kwinjira mu nzu, abo bagabo b’impumyi baza aho ari, maze Yezu ababaza ati: «Murizeye ko ivyo nshobora kubikora+?» Bamwishura bati: «Egome Mukama.»
28 Amaze kwinjira mu nzu, abo bagabo b’impumyi baza aho ari, maze Yezu ababaza ati: «Murizeye ko ivyo nshobora kubikora+?» Bamwishura bati: «Egome Mukama.»