ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 28:3-6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mugabo igihe Pawulo yegeranya umuganda w’inkwi akazishira ku muriro, haciye hasokorokamwo imamba kubera ubushuhe, ica imata ku kuboko kwiwe. 4 Aho abantu baho* baboneye iyo nzoka y’ubumara yenena ku kuboko kwiwe, batangura kubwirana bati: «Ni ukuri uyu muntu ni umwicanyi. Naho yashoboye gukira ikiyaga, ubutungane* ntibwamukundiye kubandanya kubaho.» 5 Ariko Pawulo akunkumurira iyo nzoka mu muriro, ntihagira ico aba. 6 Bobo bari biteze ko avyimba canke akagwa bukumbi. Bamaze umwanya muremure barindiriye bakabona nta co abaye, baca bahindura ivyiyumviro batangura kuvuga ko ari imana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika