ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Amosi 9:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Kuri uwo musi nzovyura urusago* rwa Dawidi+ rwatemvye,

      nzibire ibitoboro vyarwo*

      kandi nzosanura aho rwasambutse.

      Nzosubira kurwubaka nk’uko rwari rumeze kera+,

      12 kugira bigarurire ibisigarira vya Edomu+,

      hamwe n’amahanga yose yitirirwa izina ryanje”, ni ko Yehova avuze, ari na we ariko arabikora.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika