Abalewi 19:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Ntimuze mwiture abakora ivyo guhanuza abapfuye+, kandi ntimuze musiguze ba rumenyi+ kuko bobahumanya. Ndi Yehova Imana yanyu. Abalewi 20:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umuntu niyampemukira* akaja kwitura abakora ivyo guhanuza abapfuye+ hamwe na ba rumenyi+, nzomurwanya kandi nzomwica+.
31 Ntimuze mwiture abakora ivyo guhanuza abapfuye+, kandi ntimuze musiguze ba rumenyi+ kuko bobahumanya. Ndi Yehova Imana yanyu.
6 Umuntu niyampemukira* akaja kwitura abakora ivyo guhanuza abapfuye+ hamwe na ba rumenyi+, nzomurwanya kandi nzomwica+.