Mariko 1:14, 15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yohani amaze gufatwa, Yezu aca aja i Galilaya+. Agenda aramamaza inkuru nziza y’Imana+, 15 avuga ati: «Igihe cashinzwe kirageze, kandi Ubwami bw’Imana buri hafi. Nimwigaye+ kandi mwizere inkuru nziza.»
14 Yohani amaze gufatwa, Yezu aca aja i Galilaya+. Agenda aramamaza inkuru nziza y’Imana+, 15 avuga ati: «Igihe cashinzwe kirageze, kandi Ubwami bw’Imana buri hafi. Nimwigaye+ kandi mwizere inkuru nziza.»