15 Mugabo Imana, imwe yankura mu nda ya mama ikongera ikampamagara biciye ku buntu bwayo buhebuje+, igihe yiyumvira ko ari vyiza 16 guhishura Umwana wayo biciye kuri jewe kugira ngo menyeshe amahanga inkuru nziza imwerekeye+, nta muntu n’umwe naciye ngisha inama.