Ivyakozwe 24:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ariko ico nkwemereye coco ni iki: ndiko nkorera Imana ya ba sogokuruza banje+ igikorwa ceranda nkurikije uburyo bwo gusenga bo bita akagwi k’idini, kuko nemera ibintu vyose vyanditswe mu mategeko no mu bitabu vy’abahanuzi+.
14 Ariko ico nkwemereye coco ni iki: ndiko nkorera Imana ya ba sogokuruza banje+ igikorwa ceranda nkurikije uburyo bwo gusenga bo bita akagwi k’idini, kuko nemera ibintu vyose vyanditswe mu mategeko no mu bitabu vy’abahanuzi+.