-
Ivyakozwe 17:2, 3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Pawulo yinjira rero mw’isinagogi nk’uko yari asanzwe abigira+, amara amasabato atatu abafasha kuzirikana ku Vyanditswe+. 3 Yarabasigurira, akabaha n’ivyanditswe vyemeza ko vyari bikenewe ko Kristu ashikirwa n’imibabaro+, hanyuma akazuka mu bapfuye+. Yababwira ati: «Uwo Yezu ndiko ndabamenyesha ni we Kristu.»
-