Abagalatiya 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kubera ko Ivyanditswe vyari vyarerekanye imbere y’igihe yuko abantu bo mu mahanga Imana yobise abagororotsi biciye ku kwizera, vyaramenyesheje Aburahamu inkuru nziza imbere y’igihe, bivuga biti: «Amahanga yose azohezagirwa biciye kuri wewe+.»
8 Kubera ko Ivyanditswe vyari vyarerekanye imbere y’igihe yuko abantu bo mu mahanga Imana yobise abagororotsi biciye ku kwizera, vyaramenyesheje Aburahamu inkuru nziza imbere y’igihe, bivuga biti: «Amahanga yose azohezagirwa biciye kuri wewe+.»