-
Ivyakozwe 3:25, 26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Mwebwe muri abana b’abahanuzi n’ab’isezerano Imana yagiranye na ba sogokuruza banyu+, igihe yabwira Aburahamu iti: “Kandi imiryango yose yo kw’isi izohezagirwa biciye ku ruvyaro* rwawe+.” 26 Ni mwebwe Imana yabanje gutumako Umusavyi wayo+, imaze kumuhagurutsa. Yabigize kugira ibahezagire mu gutuma umwe wese muri mwebwe ahindukira agaheba ibikorwa vyiwe bibi.»
-