ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 1:18-20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Bivamwo iki none? Nta kindi atari uko Kristu ariko aramamazwa mu buryo bwose, haba mu bwiyorobetsi canke mu kuri, kandi ivyo biranezera. Mbere nzoguma nezerwa 19 kuko nzi yuko ivyo bizotuma ndonka urukiza biciye ku gutakamba kwanyu+ n’imfashanyo y’impwemu ya Yezu Kristu+. 20 Ivyo birahuye n’ivyo nshashaye kandi nizigiye, yuko ntazomaramara mu buryo na bumwe. Ahubwo ndazi yuko ubu nzovugana umwidegemvyo wose ngashimagiza* Kristu nk’uko vyamye, biciye ku buzima bwanje canke ku rupfu rwanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika