1 Abatesalonika 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 no kugira ngo murindire ko Umwana wayo, ari we Yezu, aza avuye mw’ijuru+. Yaramuzuye mu bapfuye, akaba ari we adukiza uburake buriko buraza+.
10 no kugira ngo murindire ko Umwana wayo, ari we Yezu, aza avuye mw’ijuru+. Yaramuzuye mu bapfuye, akaba ari we adukiza uburake buriko buraza+.