Abaheburayo 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mugabo Yezu, umwe yashirwa munsi gatoyi y’abamarayika+, ubu turamubona yambitswe urugori rw’ubuninahazwa n’icubahiro kubera ko yashikiwe n’urupfu+. Biciye ku buntu buhebuje* bw’Imana yarahonjeje urupfu ku bw’abantu bose+.
9 Mugabo Yezu, umwe yashirwa munsi gatoyi y’abamarayika+, ubu turamubona yambitswe urugori rw’ubuninahazwa n’icubahiro kubera ko yashikiwe n’urupfu+. Biciye ku buntu buhebuje* bw’Imana yarahonjeje urupfu ku bw’abantu bose+.