12 Igicumuro rero carinjiye mw’isi biciye ku muntu umwe, urupfu na rwo ruzanwa n’igicumuro+. Ni co gituma urupfu rwakwiye ku bantu bose, kuko bose bari baracumuye+.
14 Yamara rero, urupfu rwaraganje* kuva kuri Adamu gushika kuri Musa, ruganza n’abatari barakoze igicumuro gisa n’ica Adamu, umwe asa na wa wundi yabwirizwa kuza+.