ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nta muntu n’umwe* rero azokwitwa umugororotsi imbere y’Imana biciye ku bikorwa bisabwa n’amategeko+, kuko amategeko ari yo atuma umuntu amenya neza igicumuro+.

  • Abagalatiya 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 None amategeko ahari kubera iki? Yongeweko kugira ngo ibicumuro bije ahabona+, kugeza uruvyaro* rwari rwarahawe umuhango rushitse+. Kandi ayo mategeko yashikirijwe biciye ku bamarayika+, acishwa mu kuboko kw’umuhuza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika