ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Mugabo ubu twarakuweko amategeko+, kubera yuko atakituboshe*. Ivyo vyabaye kugira tube abashumba mu buryo bushasha biciye ku mpwemu+, aho kuba abashumba mu buryo bwa kera biciye ku mategeko yanditse+.

  • Abagalatiya 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Vyongeye nimba muyoborwa n’impwemu, ntimugabwa n’amategeko.

  • Abakolosayi 2:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Vyongeye, Imana yarabagize bazima hamwe na we, mwebwe mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu no mu kutagenyerwa kw’umubiri wanyu+. Yaratubabariye n’umutima mwiza amakosa yacu yose+, 14 yongera ifuta* ca cete c’iminwe+ cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kandi caturwanya+. Yaragikuyeho mu kugikomera imisumari ku giti co kubabarizwako*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika