ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 103:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Yehova yarashimangiye intebe yiwe y’ubwami mw’ijuru+,

      kandi ubwami bwiwe buganza ibintu vyose+.

  • Yeremiya 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Mugabo Yehova ni we Mana vy’ukuri.

      Ni Imana nzima+ akaba n’Umwami w’ibihe bidahera+.

      Isi izonyiganyiga+ kubera ishavu ryiwe,

      kandi nta hanga rizokwihanganira uburake bwiwe.

  • Ivyahishuwe 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Bariko baririmba ururirimbo rwa Musa+ umusavyi w’Imana n’ururirimbo rwa wa Mwagazi w’intama+, bavuga bati:

      «Ewe Yehova* Mana Mushoboravyose+, ibikorwa vyawe+ birakomeye kandi ni agatangaza. Inzira zawe ziragororotse kandi ni iz’ukuri+, Mwami w’ibihe bidahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika