Matayo 26:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Gume muri maso+ kandi mugume musenga+, kugira ntimutwarwe n’ibigeragezo+. Nkako, umutima urashashaye* ariko umubiri uragoyagoya+.»
41 Gume muri maso+ kandi mugume musenga+, kugira ntimutwarwe n’ibigeragezo+. Nkako, umutima urashashaye* ariko umubiri uragoyagoya+.»