-
Abagalatiya 4:4-6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Ariko igihe cashinzwe* kimaze kurangira, Imana yararungitse Umwana wayo, avyarwa n’umugore+ kandi agabwa n’amategeko+, 5 kugira abohore abagabwa n’amategeko mu kubacungura+, ngo natwe Imana ibone kutugira abana bayo+.
6 Ubu ko muri abana bayo, Imana yararungitse impwemu+ y’Umwana wayo mu mitima yacu+, iyo mpwemu ikaba isemerera iti: «Abba*, Data+!»
-