Abaroma 11:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ubu na ho ngira mbwire mwebwe abanyamahanga. Kubera yuko ndi intumwa ku mahanga+, ndaha agaciro* igikorwa nashinzwe+, Abanyefeso 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Iryo banga ni iry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa cokimwe natwe, na bo bakaba ibihimba vy’umubiri umwe+ be n’abasangira natwe wa muhango, mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza.
13 Ubu na ho ngira mbwire mwebwe abanyamahanga. Kubera yuko ndi intumwa ku mahanga+, ndaha agaciro* igikorwa nashinzwe+,
6 Iryo banga ni iry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa cokimwe natwe, na bo bakaba ibihimba vy’umubiri umwe+ be n’abasangira natwe wa muhango, mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza.