Ivyakozwe 21:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Aho bavyumviye batangura kuninahaza Imana, mugabo bamubwira bati: «Muvukanyi, urabona ko hari Abayuda ibihumbi n’ibihumbi bizera, kandi bose barafitiye umwete amategeko*+. Abagalatiya 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Naguma ntera imbere mw’idini ry’Abayuda kurusha benshi mu bo twanganya imyaka mw’ihanga ryacu, kuko nabarusha umwete cane mu bijanye no kwubahiriza imigenzo ya ba sogokuru+.
20 Aho bavyumviye batangura kuninahaza Imana, mugabo bamubwira bati: «Muvukanyi, urabona ko hari Abayuda ibihumbi n’ibihumbi bizera, kandi bose barafitiye umwete amategeko*+.
14 Naguma ntera imbere mw’idini ry’Abayuda kurusha benshi mu bo twanganya imyaka mw’ihanga ryacu, kuko nabarusha umwete cane mu bijanye no kwubahiriza imigenzo ya ba sogokuru+.