2 Timoteyo 4:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 wamamaze rya jambo+, uvyihatire mu bihe vyiza no mu bihe bigoye, ukosore*+, wihanize, uhimirize. Ubigirane ukwihangana kwose n’ubuhanga bwo kwigisha+.
2 wamamaze rya jambo+, uvyihatire mu bihe vyiza no mu bihe bigoye, ukosore*+, wihanize, uhimirize. Ubigirane ukwihangana kwose n’ubuhanga bwo kwigisha+.