1 Petero 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mwakirane ata kwidoga+. 3 Yohani 8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Tubwirizwa rero kwakira neza abantu mwene abo+, kugira dufashanye guteza imbere ukuri+.