Yobu 37:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Abantu rero bakwiye kumutinya+. Ntiyigera atonesha abigira abanyabwenge*+.» Imigani 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ntiwigire umunyabwenge*+. Tinya Yehova, uce kure ikibi.