ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Kubera yuko babaye ibiti, bihebeye inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*+ kugira bakore ibintu bihumanye vy’ubwoko bwose badahera ipfa*.

  • 1 Petero 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Igihe mwamaze mukora ivyo amahanga agomba kirahagije+. Mwari mwihebeye inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*, mukirekerana mu bijanye n’ivyipfuzo bibi, mukanywa birenze, mukidagadura birenze, mukaja hamwe kugira munywe inzoga nyinshi, mugasenga n’ibigirwamana kandi bizira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika