Abanyefeso 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yadukunze+ akatwigura*, akaba ishikanwa n’ikimazi, akamoto keza ku Mana+.
2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yadukunze+ akatwigura*, akaba ishikanwa n’ikimazi, akamoto keza ku Mana+.