ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 15:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ya Mana rero itanga ukwihangana n’uruhoza, mwese ibahe wa mutima nyene Kristu Yezu yari afise, 6 kugira ngo Imana, Se w’Umukama wacu Yezu Kristu, muyininahaze muhuje inama+, n’ijwi rimwe*.

  • 2 Abakorinto 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ubwa nyuma bavukanyi, mubandanye kunezerwa, kwemera kubogorwa, guhozwa+, kwiyumvira muhuza+ no kubaho mu mahoro+. Ya Mana y’urukundo n’amahoro+ izoheza ibane namwe.

  • Abanyefeso 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Jewe rero imbohe+ mu Mukama, ndabinginga ngo mwigenze nk’uko bibereye+ ihamagarwa mwahamagawe,

  • Abanyefeso 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 mwihatira n’umwete kuzigama ubumwe bw’impwemu mu mugozi w’amahoro wunga ubumwe+.

  • Abafilipi 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ivyo nimwabikora, muzotuma nuzura umunezero nimwiyumvira kumwe, mukagira urukundo rumwe, mukunga ubumwe muri vyose*, mukagira n’ivyiyumviro bimwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika