Abagalatiya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ahubwo barabonye ko nari najejwe kumenyesha inkuru nziza abatagenyerewe+, nk’uko na Petero yari yajejwe kuyimenyesha abagenyerewe. Abanyefeso 3:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ku bw’ivyo, jewe Pawulo, imbohe+ ya Kristu Yezu ku bwanyu mwebwe abanyamahanga . . . 2 ngira ngo mwarumvise ivyerekeye ibanga* najejwe+ ku neza yanyu ry’ubuntu buhebuje* bw’Imana, Abakolosayi 1:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nabaye umusuku w’iryo shengero kubera ibanga* Imana yanjeje+ ku neza yanyu kugira ngo namamaze ijambo ry’Imana bimwe bishitse,
7 Ahubwo barabonye ko nari najejwe kumenyesha inkuru nziza abatagenyerewe+, nk’uko na Petero yari yajejwe kuyimenyesha abagenyerewe.
3 Ku bw’ivyo, jewe Pawulo, imbohe+ ya Kristu Yezu ku bwanyu mwebwe abanyamahanga . . . 2 ngira ngo mwarumvise ivyerekeye ibanga* najejwe+ ku neza yanyu ry’ubuntu buhebuje* bw’Imana,
25 Nabaye umusuku w’iryo shengero kubera ibanga* Imana yanjeje+ ku neza yanyu kugira ngo namamaze ijambo ry’Imana bimwe bishitse,