Kuvayo 32:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Na we atora izo nzahabu, azihinguramwo igishusho* c’inyana akoresheje icuma*+. Baca batangura kuvuga bati: «Ewe Isirayeli, ng’iyi Imana yawe yagukuye mu Misiri+.» Kuvayo 32:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nuko bavyuka kare mu gitondo, batangura gushikana amashikanwa aturirwa n’ibimazi vyo gusangira. Ivyo biheze, baricara kugira barye bongere banywe. Hanyuma barahaguruka kugira biryohere+.
4 Na we atora izo nzahabu, azihinguramwo igishusho* c’inyana akoresheje icuma*+. Baca batangura kuvuga bati: «Ewe Isirayeli, ng’iyi Imana yawe yagukuye mu Misiri+.»
6 Nuko bavyuka kare mu gitondo, batangura gushikana amashikanwa aturirwa n’ibimazi vyo gusangira. Ivyo biheze, baricara kugira barye bongere banywe. Hanyuma barahaguruka kugira biryohere+.