2 Abakorinto 13:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ego ni ko yaramanitswe ku giti bivuye ku bugoyagoye*, mugabo ni muzima bivuye ku bubasha bw’Imana+. Natwe turagoyagoya cokimwe na we, mugabo tuzobana na we+ kubera ububasha bw’Imana buri kuri mwebwe+.
4 Ego ni ko yaramanitswe ku giti bivuye ku bugoyagoye*, mugabo ni muzima bivuye ku bubasha bw’Imana+. Natwe turagoyagoya cokimwe na we, mugabo tuzobana na we+ kubera ububasha bw’Imana buri kuri mwebwe+.