Abafilipi 3:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Bavukanyi, munyigane+ mwunze ubumwe, kandi mwihweze abagenda bisunga akarorero twabahaye. 2 Abatesalonika 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Si uko tutabifitiye ububasha+, ahubwo kwari ukugira ngo tubabere akarorero mwokwigana+.