ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Bakiriko barafungura, Yezu atora umukate hanyuma arasenga. Aca arawumanyagura+, awuhereza abigishwa maze ababwira ati: «Akira murye. Uyu mukate ugereranya umubiri wanje+.»

  • Mariko 14:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Bakiriko barafungura, atora umukate hanyuma arasenga. Aca arawumanyagura maze arawubaha, ababwira ati: «Akira, uyu mukate ugereranya umubiri wanje+.»

  • Abaroma 7:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Na mwebwe rero bavukanyi, biciye ku mubiri wa Kristu, mwarakuweko* amategeko. Ivyo vyabaye kugira mwegukire uwundi muntu+, umwe yazurwa mu bapfuye+ ngo duheze twame ivyamwa bininahaza Imana+.

  • 1 Abakorinto 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Kubera ko hari umukate umwe, turi umubiri umwe naho turi benshi+, kuko twese dufungura kuri uwo mukate umwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika