Luka 22:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Atora n’umukate+, arakenguruka, arawumanyagura maze arawubaha, ababwira ati: «Uyu mukate ugereranya umubiri wanje+ ugira utangwe ku bwanyu+. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.»
19 Atora n’umukate+, arakenguruka, arawumanyagura maze arawubaha, ababwira ati: «Uyu mukate ugereranya umubiri wanje+ ugira utangwe ku bwanyu+. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.»