ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 10:45, 46
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 45 Abizera* bagenyerewe bari bazananye na Petero barumirwa, kuko ingabire ya gusa y’impwemu nyeranda yariko irasukwa no ku banyamahanga. 46 Emwe, barabumvise bavuga mu ndimi z’inyamahanga bongera bashimagiza Imana+. Maze Petero avuga ati:

  • 1 Abakorinto 14:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ndakengurukira Imana kuba mvuga mu ndimi nyinshi kubaruta mwese.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika