1 Abakorinto 14:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Kuko Imana atari Imana y’akajagari, ahubwo ni iy’amahoro+. Nk’uko biri mu mashengero yose y’aberanda, Abakolosayi 2:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Naho tutari kumwe imbonankubone, turi kumwe ku mutima*, nkaba nezerwa no kubona ko mugendera ku rutonde rwiza+ kandi ko mwizera Kristu mushikamye+.
33 Kuko Imana atari Imana y’akajagari, ahubwo ni iy’amahoro+. Nk’uko biri mu mashengero yose y’aberanda,
5 Naho tutari kumwe imbonankubone, turi kumwe ku mutima*, nkaba nezerwa no kubona ko mugendera ku rutonde rwiza+ kandi ko mwizera Kristu mushikamye+.