ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 26:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 yuko Kristu yari kubabazwa+ kandi ko yobaye uwa mbere mu kuzurwa mu bapfuye+, agatangariza iri hanga n’ayandi mahanga ubutumwa bw’umuco+.»

  • Abakolosayi 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ni we mutwe w’umubiri, ari ryo shengero+. Ni we ntango, imfura mu kuva mu bapfuye+, kugira ngo abe uwa mbere muri vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika