Itanguriro 3:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abwira Adamu* na we ati: «Ko wumviye umugore wawe, ukarya ku vyamwa vy’igiti nari nagutegetse+ nti: “Ntuze ubiryeko”, isi iravumwe kubera wewe+. Uzorya ibiva muri yo ubanje kuruha*, ubuzima bwawe bwose+. Itanguriro 3:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Uzoronka ivyo urya* ubanje kubira icuya gushika usubiye mw’ivu, kuko ari ryo wakuwemwo+. Uri umukungugu kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.»
17 Abwira Adamu* na we ati: «Ko wumviye umugore wawe, ukarya ku vyamwa vy’igiti nari nagutegetse+ nti: “Ntuze ubiryeko”, isi iravumwe kubera wewe+. Uzorya ibiva muri yo ubanje kuruha*, ubuzima bwawe bwose+.
19 Uzoronka ivyo urya* ubanje kubira icuya gushika usubiye mw’ivu, kuko ari ryo wakuwemwo+. Uri umukungugu kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.»