Yohani 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Vyongeye, nta muntu n’umwe yaduze mw’ijuru+ atari uwamanutse avayo+, ni we Mwana w’umuntu.